Jump to content

Bern

Kuva Wikipedia
Bern

Bern ni umurwa mukuru w' igihugu c'Ubusuwisi.

  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato mirongo itanu na kimw n'ibice mirongo itandatu na bibiri (51,62)
  • Abanyagihugu: ibihumbi ijana na mirongo itatu na bine n'amajana indwi na mirongo icenda na Bane 134.794 (2020).